BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
''Imvugo z’abatangabuhamya bashinja Munyenyezi zishingiye ku binyoma''-Me Bikotwa
Uwunganira Beatrice Munyenyezi, Maître (Me) Bikotwa Bruce yabwiye urukiko ko abatanze ubuhamya mu rubanza rwa Munyenyezi baranzwe no kwivuguruza no kutavugisha ukuri kandi ko batari bazi neza Madame Munyenyezi.
Martine Moïse: Ni gute uyu wari ‘First Lady’ yisanze ari nimero ya mbere mu bashinjwa kwica umugabo we?
Ibikubiye muri dosiye ishinja Martine Moïse kwica umugabo we wari perezida n'ibivugwa n'uruhande rwe kuri iki kirego.
Ruto na Museveni bashigikiye Odinga arondera gutwara ishirahamwe rya Afrika
Kuba ariko arondera gutwara ishirahamwe rya Afrika rifise icicaro i Addis Abeba muri Ethiopia bisigura ko Raila Odinga aramutse aronse ico kibanza azoba yigiwe kure canke asezeye poritike yo muri Kenya.
Indyo ikwiye ku mugore utwite
Kerry Torrens, impuguke yemewe mu mbonezamirire, arasobanura uburyo bwo kurya neza kandi bwizewe kuri wowe no ku mwana wawe, muri buri gihembwe.
Bernard Ntaganda arasaba gukurwaho ubusembwa agahatana na Kagame
Ntaganda anenga Prezida Paul Kagame gushaka guhatana gusa "n’abakandida b’abasamanzuki".
Intambara ya Ukraine: Macron yatangaje ko Uburengero bushobora kurungika ingabo
Perezida Emmanuel Macron w’Ubufaransa, inyuma y’inama n’abategetsi ba Bulaya i Paris, yatangaje ingingo nshasha zo gufasha Ukraine, yongera avuga ko kugira ngo Uburusiya butsindwe muri ino ntambara, kurungika ingabo zirwanira hasi ntivyokwiyobagizwa.
Biden yizeye ko agahenge kazagerwaho muri Gaza bitarenze mu cyumweru gitaha
Perezida w'Amerika avuga ko impande zirwana ziri hafi kugera ku gahenge ariko aburira ko bitaratungana.
Red Tabara yongeye gutera, Uburundi bwongera kwiyama Urwanda
Ibitigiri vy’abaguye n’abakomerekeye muri ico gitero biratandukanye bivanye n’uruhande rwabivuze.
Ukraine - Imyaka ibiri y'intambara: 'Nta yandi mahitamo nari mfite uretse gusubirayo'
Igiciro cy'impamyabumenyi mu buvuzi ku banyeshuri n'ibyago byo kwiga mu karere karimo intambara.
Bimwe kuri Kenza Ameloot ufite inkomoko mu Rwanda watorewe kuba Miss Belgique
Bamwe mu bamuzi i Kigali batangaje ku mbuga nkoranyambaga ko bishimiye kumva ko yegukanye ikamba rya Miss Belgique.
Isengesho ry'umukobwa wa Ruto ngo aronke umugabo ryatwengeje abanya-Kenya
''Mukama murungikire uwo musore, kugira azomubere inkomezi, uwo azokwishimikiza akomeye,'' niko Benny Hinn yasenze asabira umugabo umukobwa wa perezida William Ruto.
Umupilote wa gisirikare yitwikiye kuri ambasade ya Israel muri Amerika
Ibitangazamakuru byaho bivuga ko uwo mugabo witwikiye i Washington DC yari umupilote wari ukiri mu kazi mu gisirikare cy'Amerika kirwanira mu kirere.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Wagner : Menya ingene Uburusiya bwatunganije uno murwi w'abacangero muri Afrika inyuma y'urupfu rwa nyenewo
Impapuro za reta y'Uburusiya BBC yabonye zerekana ido n'ido ingene Uburusiya buriko burakora mu guhindura amategeko agenga kwimba ubutare muri Africa y'Uburengero, mu ntumbero yo gutuza amakompanyi y'i Bulaya mu karere gafise akamaro gahambaye.
Ikompanyi ya Amerika Intuitive Machines yashitse ubwa mbere ku kwezi
Hari haciye imyaka 50 ata kompanyi ya Amerika ishitse ku kwezi, imbere y'uko ino kompanyi Intuitive Machines ishikayo mu ndwi iheze, Apollo niyo yaheruka gushikayo mu 1972.
EAC: Salva Kiir na Ndayishimiye bashitse kuki?
Salva Kiir, arongoye EAC, agendeye ibihugu vy'ibiyaga binini mu gihe icuka carushirije kuba kibi kubera intambara yo mu buseruko bwa Repuburika ya Demokarasi ya Congo.
'Nafungiwe mu ibagiro mu Rwanda' – Rusesabagina abwira komite y'inteko y'Ubwongereza
Ni bwo bwa mbere Rusesabagina avuze ku mugaragaro uburyo yafunzwemo mu Rwanda, byinshi mu byo yavuze byahakanywe n'uruhande rw'u Rwanda ko atari ukuri.
Perezida Nyusi wa Mozambique yasuye ingabo z’u Rwanda ziriyo azisaba 'gukomeza umurego'
Leta ya Mozambique iri ku gitutu mu gihe inyeshyamba ziri kwerekeza mu majyepfo ya Cabo Delgado.
'I Addis Abeba nabwiye Kagame ubwe nti 'ni wowe nshaka kubona imbere yanjye mu biganiro'' – Tshisekedi
Tshisekedi yavuze ko inama iheruka i Addis Ababa yahuriyemo na Kagame nta cyo yagezeho kuko buri ruhande rwatsimbaraye aho ruhagaze.
Congo yamaganye amasezerano ku mabuye y'agaciro hagati y'u Rwanda n'Ubumwe bw'Uburayi
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga wa DR Congo Christophe Lutundula avuga ko biteze ibisobanuro bya EU, kuko ubutaka bw'u Rwanda "ntibufite amabuye y'agaciro y'ingenzi cyane ashakishwa ku isi muri iki gihe".
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango